Les débuts du phase retour du championnat national Primus Ligue pour nos équipes:le messager Fc Ngozi, Flambeau du centre et Messager Bujumbura a été marqué par une défaite de Flambeau du Centre et les résultats nuls pour le Messager Ngozi et le Messager Bujumbura. Le Messager Bujumbura jouait son match de la 16ème journée avant 

Continue Reading

Partager sur

Messager Ngozi : Kabwe Warriors demande un transfert officiel de Mizero L’ancien attaquant de Messager Ngozi Don Parfait Mizero connu sous le sobriquet de Drogba a joué la saison dernière dans le championnat zambien où il portait les couleurs de Kabwe Warriors FC. Le Club Messager Ngozi a crié haut et fort qu’il n’avait  pas signé 

Continue Reading

Partager sur

Ishure ryigisha ivy’inkino Académie Le Messager rirabandanya kunezereza abakunzi b’urukino rw’umupira w’amaguru bo mu ntara ya Ngozi no mu micungararo yaho mu gutunganya inkino z’ubugenzi zihuza imirwi iserukira ibisata bitandukanye harimwo n’amashure.Izo nkino zikaba zibera kuri ku kibuga (Stade) Urukundo kiri i Buye muri Komine Mwumba yo mu ntara ya Ngozi.Nguku uko bimeze kuva kuva 

Continue Reading

Partager sur

Umukinyi akina inyuma mu murwi Messager Ngozi Radjabu Mvuyekure,benshi bazi kw’izina rya Temba aramaze imisi itari mike ataboneka mu kibuga kubera uburwayi.Amakuru duhabwa n’igisata c’ubuvuzi muri uwo murwi atumenyeshako uwo mukinyi afise ingorane mu muhogo wiwe,hakaba hari akantu kavyimvye bigatuma atoshobora kubandanya akina.Ayo makuru akavugako ari ngombwako bamujana mu gihugu c’Ubuhindi kugirango bamubage ako kantu,bikaba 

Continue Reading

Partager sur