Kur’uno wa 10 Nzero 2018 kuri Hôtel Source du Nil niho hatunganywa itombora ry’uko imigwi 65 yiyandikishije mu gikombe c’Umukuru w’Igihugu izohura mu nkino zambere hongera hashikirizwa amategeko azogenga iryo higanwa, inkino zambere zikaba zizotangura hagati y’amagenekerezo ya 2 na 5 Ruhuhuma 2018. Tugaruke ku vyavuye mur’ico gikorwa co gutora uko imigwi izohura carimwo no 

Continue Reading

Partager sur

nyuma y’akaruhuko gato k’indwi zigera kuri zitatu yari amaze ari mu gihugu c’amavukiro, umukinyi w’intamba mu Rugamba Enock Sabumukaba yahavuye afata urugendo mw’ijoro ryakeye ryo kuri uyu wa 13 Nzero umwaka w’2018 asubira mu gihugu ca Zambia aho asanzwe akina mu mugwi Zesco United wo mri ico gihugu. Mu rugendo rwiwe, Sabumukama Enock akaba ngo 

Continue Reading

Partager sur

Inyuma y’imisi ibiri mu gihugu c’Uburundi aho yashoboye kugendera ibisagara vya Gitega, Muyinga na Ngozi bitegekanijwe kwakira ihiganwa rya CECAFA ry’abaterenza imyaka 17. Nicholas Musonye, umunyamabanga mukuru wa CECAFA yamenyesheje ko ibisabwa kugira iryo higanwa rishobore kubera mur’ivyo bisagara bikwiye aca yongera amenyesha icese ko rizoba hagati y’igenekerezo rya 1 n’irya 15 Ndamukiza uyu mwaka. 

Continue Reading

Partager sur

Mu ndwi iheze m ntara ya Ngozi, niho harangira igikombe c’umukuru w’igihugu mu rukino rwa Basket Ball, igikombe catahukanywe na Gymakana mu basore  na Berco Stars ku ruhande rw’abigeme. None iciyumviro coba cazananye he? Igikombe c’umukuru w’igihugu mu rukino rwa Basket Ball kikaba kibaye ku ncuro yaco ya mbere, twifuje kwegera bamwe mu batunganije iki 

Continue Reading

Partager sur