Inyuma y’ikiringo kirenga amezi abairi,abakinyi babiri baturuka mu gihugu ca Ouganda ntibari bwemererwe gukina mu mugwi Messager Ngozi naho bahora bagira imyimenyerezo bari kumwe n’abakinyi b’uwo murwi.Intandaro ya vyose ni uko ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ryo mu gihugu ca Ouganda ritari bwarungikire FFB impapuro zerekanako bahora bakina muri ico guhugu.Ariko rero icabonetse ni uko hari utubazo 

Continue Reading

Partager sur

Abakinyi bakomoka mw’ishure Le Messager (Académie Le Messager) barabandanya kwizerwa n’abamenyereza b’imirwi nserukiragihugu Intamba Mu Rugamba.Inyuma ya Onésime Rukundo (Messager Ngozi) na Abdoul Karim Barandondera(Flambeau du Centre) bari mu Ntamba z’abatarenza imyaka 20  mu gihugu ca Niger mu nkino z’igikombe ca Africa,abandi bakinyi batanu (5) bo muri iryo shure baraye batumweko  mu murwi Nserukiragihugu w’Uburundi 

Continue Reading

Partager sur

Ukungene ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere hano mu Burundi ririko riragendera umurwi Flambeau du Centre ntibitandukanye cane nuko ririko riragendera iyindi mirwi yo mw’ishure Le Messager ariyo Messager Ngozi na Messager Bujumbura.Ico iyo mirwi yose ihurirako kukaba ari uko agace ka mbere k’ihiganwa iyo mirwi vyayigoye cane kuko ata murwi n’umwe washoboye gutsinda inkino 

Continue Reading

Partager sur