Umukinyi w’umusatirizi mu murwi Messager Ngozi Ladislas Mpisemwoneza ihiganwa rigiye kurangira adakinye inkino zishika zitanu mu mahiganwa yose.Intandaro kukaba ari uko yakomeretse mw’ivi ry’ukuguru kwiwe kw’iburyo.Amakuru atangwa n’umuganga w’uwo murwi ariwe Kagoma Jean Berchmans  avugako uwo mukinyi yababaye mu kagufa kari imbere cane mw’ivi,hano mu Burundi bikaba vyaragoranye ko bamuvura.Kuri uno musi wa gatatu igenekerezo 

Continue Reading

Partager sur

Urukino rwahuje Uburundi na Gabon ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ntwarante 2019 rwari rwateguwe ku buryo budasnzwe ndetse no ku mpande nyishi.Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza nawene ntiyasigaye inyuma kuko ku musi wa gatanu buca urukino ruba, yaraganiriye n’abakinyi bose b’Umurwi Nserukiragihugu w’Uburundi.Nyene gushinga Ishure Le Messager akaba asanzwe ari n’umukinyi w’umupira w’amaguru 

Continue Reading

Partager sur

Umukinyi akina hagati mu murwi Messager Ngozi Yassin Dushime yaraye afashije umurwi w’ishure ryiwe Lycée New Life (ryo mu gisagara ca Ngozi) gutahukana igikombe mw’ihiganwa rihuza amashure yisumbuye yose yo mu Burundi.Mu rukino rwa nyuma rwabereye kuri uno w’Imana igenekerezo rya 17 ntwarante 2019 ku kibuga i Ngoma kiri mu gisagara ca Gitega, rukaba rwahuza 

Continue Reading

Partager sur

Les prestations d’Iddy Museremu de ces derniers jours ne sont pas passées inaperçues. Il vient d’être élu meilleur joueur du mois de février 2019 par un jury composé par les journalistes sportifs représentants différents médias du Burundi et les amateurs du ballon rond burundais qui ont voté via Facebook aux pages de burundisport.com et de 

Continue Reading

Partager sur