Mu rwandiko rwo kw’igenekerezo rya 16 Ruhuhuma 2019, uwurongoye Académie Le Messager Hatungimana Athanase batazira « Cokoloko » yaragenye Aimable Nkunzimana kugirango abe umuserukizi (ambassadeur) w’Ishure Le Messager mu gihugu ca Maroc, giherereye mu buraruko bw’umugabane wa Africa.Muri urwo rwandiko, uwo arongoye Ishure Le Messager akipfuzako hoba imigenderanire myiza cane hagati y’amashirahamwe y’inkino kumbure n’abagwizatunga bo muri 

Continue Reading

Partager sur

Inyuma yaho agwiriye hasi nabi mu kibuga ku rukino rwariko ruhuza Bumamuru na Messager Ngozi,ku mus iwa gatatu uheze igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2019,umukinyi akina inyuma mu murwi Messager Ngozi Lewis Vyizigiro basanze yababaye cane ndetse n’amagufa abiri ari hagati y’ikiganza n’inkokora(ayo bita radius na cubitus) akaba yaramanyutse yongera arasohoka no hanze.Kuri uno wa kane,uwo 

Continue Reading

Partager sur

Inyuma yaho bumviyeko habaye isanganya ryatumye abakunzi b’umurwi Messager Ngozi bakomereka,abakinyi b’uwo murwi barabandanya kurungika ubutumwa bwo kwihanganisha abo bakomeretse,bakavuga ko babashimira k’ukuntu bama babafata mu mugongo, rimwe na rimwe bagahura n’ibibazo.Amin Abdul batazira « Nomono » icegera c’uwuserukira abakinyi yanditse ati : « …nagire mfate kano kanya nihanganisha abafans mwese mwahuye n’isanganya,nongera nshimira n’Imana kuba yatuzigamye ntihagira uwutuvamwo,ni ukuri 

Continue Reading

Partager sur

Hafi y’igihe c’isaha cumi na zibiri n’igice z ‘umugoroba wo kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2019 niho hamenyekana inkuru itari nziza yuko abakunzi b’umurwi Messager Ngozi bari bavuye kuwushigikira mu gisagara ca Bujumbura bagize isanganya barenganye gato igisagara ca Kayanza mugihe bariko baratahuka.Abagera kuri munani bakaba aribo bakomeretse baca bajanwa vyihuta kuvurirwa mu 

Continue Reading

Partager sur