Ku muhingamo wo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2019 umurwi Messager Ngozi wari uramutse wakira benewabo ba Messager Bujumbura ku kibuga Urukundo kiri I Ngozi,mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ry’icicaro ca mbere aho ryari rigeze ku musi waryo wa 22.Umurwi Messager Ngozi ukaba watsinze ata mbabazi na nkeya zigiyemwo,ibitsindo bitanu vyose kuri kimwe (5-1). 

Continue Reading

Partager sur

Umurwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega wakoze igikorwa gikomeye cane mu gushobora kuja gutsindira Flambeau de l’Est ku kibuga cayo mu Ruyigi (1-2), kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 16 Ruhuhuma 2019 mu gihe hariko harakinwa inkino z’umusi wa 22 mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere mu Burundi. Flambeau du Centre ikaba itatevye kwinjira 

Continue Reading

Partager sur

En ouverture de la 22e journée de Ligue A burundaise, Messager Ngozi a réalisé une bonne opération en s’imposant largement  à domicile contre Messager Bujumbura (5-1), ce vendredi après-midi 15 février 2019. Les jaune-noirs ont d’abord été surpris par un but  des visiteurs, Aimé Gakiza a balayé toute la défense et le gardien Bienvenu avant 

Continue Reading

Partager sur

Cela venait de durer six semaines que le championnat national de la Ligue A était en mode pause suite à la participation du Burundi à la Coupe d’Afrique des Nations Junior, Niger 2019 et à la préparation du deuxième tour de la CAN des moins de 23 ans. La commission des compétitions de la FFB 

Continue Reading

Partager sur