Ishure ryigisha ivy’inkino Académie Le Messager rirabandanya kunezereza abakunzi b’urukino
rw’umupira w’amaguru bo mu ntara ya Ngozi no mu micungararo yaho mu gutunganya inkino
z’ubugenzi zihuza imirwi iserukira ibisata bitandukanye harimwo n’amashure.Izo nkino zikaba zibera
kuri ku kibuga (Stade) Urukundo kiri i Buye muri Komine Mwumba yo mu ntara ya Ngozi.Nguku uko
bimeze kuva kuva kuwa 4 igenekerezo rya 18 gushika kuwa 6 igenekerezo rya 20 Nzero 2018 :
Kuwa 4 igenekerezo rya 18-01- 2018 :
14h30 : Rukinzo FC (D3 Ngozi) 2-1 Etoile du Nord (D3 Ngozi)
16h30 : Lumière FC (D3 Ngozi) 2-2 Kayanza United (Ligue B-Kayanza)
Kuwa 5 igenekerezo rya 19-01- 2018
14h30:Lycée Urbain (Ngozi Ville)-Lycée Islamique (Ngozi Ville)
16h30: Lycée New Life (Ngozi Ville)-Top Junior (D3 Kayanza)
Kuwa 6 igenekerezo rya 20-01- 2018
14h30:Commerçants FC (D3 Ngozi)-Ouragan FC (D3 Kayanza-Militaires)
16h30:Lycée Gatsinda(Mwumba)-Lycée Buye(Mwumba)
*D3:Troisième Division=Icicaro ca 3 ni ukuvuga ihiganwa ryo mu ntara.
Elysé Niyubahwe
Partager sur