Abakinyi b’inyuma mu murwi Messager Ngozi aribo Radjabu Mvuyekure Temba na Nice Franky Uwayezu bagiye kuzovurirwa mu gisagara ca Dubaï muri Arabie Saoudite.Amakuru yemezwa n’umwe muri abo bakinyi ni uko atagihindutse bitegekanijweko bafata indege kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 Nzero 2018 igihe c’isaha zine n’iminota cumi z’umutage(10h10).
Haraciye imisi itari mike Nice Franky yivuza muri kumwe mu maguru yiwe,Radjabu Temba nawe akaba arwaye mu muhogo.
Bose tubipfurije gukira.

Elysé Niyubahwe
Académie Le Messager.

Partager sur

Laisser un commentaire