Inyuma y’imisi ibiri mu gihugu c’Uburundi aho yashoboye kugendera ibisagara vya Gitega, Muyinga na Ngozi bitegekanijwe kwakira ihiganwa rya CECAFA ry’abaterenza imyaka 17. Nicholas Musonye, umunyamabanga mukuru wa CECAFA yamenyesheje ko ibisabwa kugira iryo higanwa rishobore kubera mur’ivyo bisagara bikwiye aca yongera amenyesha icese ko rizoba hagati y’igenekerezo rya 1 n’irya 15 Ndamukiza uyu mwaka. 

Continue Reading

Partager sur